Umwumbati

Insiguro:

  • 1 month ago By Akanyaburunga

    Ni igiterwa kindi camira mu kuzimu ariko gifise ikiti kigereranye kiduga cane nk'ikigori kikagira n'amababi aremvye bashobora gukuramwo amarara (isombe). Imyumba ti iri ubwoko bubiri: lyihoze (imihoro): gisurupiya, maguru y'inkware, imiryâbakwé hamwe n'iyirura (ibitâmisi)

    Injira kugira utore.

    0