Abandi babwita ubushaza. Ni ikindi giterwa kimeze nk'ibiharage naco nyene cama intete ziri mu mishi ariko tukaba duto twiburungushuye. Nabwo burarandarara. Ubwoko buzwi cane ni mubirizi, bufise intete nini.
Injira kugira utore.