lbango

Insiguro:

  • 1 month ago By Akanyaburunga

    1. Igikorwa gisanzwé kirangûrwa n'umüntu uwo ari we wëse. 2) Igikorwa umuntu arangura ahawe n'ibanga yahawe 3) Akanogo gato umuntu yimba agateramwo igiterwa nk'ibigori, ibiharage, ibijumbu, ... Ak.: Genda uraca amabango nca nza ndateragira aho uhejeje.

    Injira kugira utore.

    0