(Bwi.: amateke) ikindi giterwa ca kera mu Burundi. Kigira amababi maninimanini kikamira mu kuzimu. Cama amagoma n'imyâho. Ubwoko buzwi ni Amarundi, amagândé n'amafyiru.
Injira kugira utore.