(Rud.: Uruyuzi) Igiterwa kirandarara cama imyungu, hamwe n'imikuza, ibisabo n'ibindi. Ubwoko buzwi cane ni Umudege, umusûsa, umuhiti, igihwanya, ikiyoti n'ibindi.
Injira kugira utore.