Intatemwa, imva y'umwami canké y'umugabékazi.
Ku Ngazo, ni ahantu hitwa uko ku Nkiko ya Mugamba ahatwaye Baranyanka. Bahise uko kubera hari intatemwa y'umwami Mwezi Gisabo.
Injira kugira utore.