Ikirindi

Insiguro:

  • 2 months ago By Admin

    Igihimba c'igiti canke ikindi kintu bashira ku muhoro, umupanga canke imbugita kugire bikingire. Ikirindi nico bafata iyo bariko barakoresha ivyo vyuma. Ak.: Nyane imbugita ni uwuyifashe ikirindi.

    Injira kugira utore.

    0