(Bwi.: Ibirayi) Vyahoze vyitwa intofanyi ku ntwaro y'abadagi. Ni igiterwa gikunda cane mu ntara y'umugamba cerera mu kuzimu kikaba kidasosa ariko hari ibitemba ifu. Hari n'ibihenda bivanye n'ubwoko bw'isi y'aho vyatewe. Ubwoko buzwi cane ni Ndindamagara, ruhengeri, sangema, kwêzikumwé, kijümbu, magayane, gashâra.
Injira kugira utore.
0