igiterwa mbumbarugo gifise agasosera bafungura kitetswe canke kibisi
Injira kugira utore.
0Ni igiterwa mbumbarugo cerera mu kuzimu kigizwe n'umubuto (umuvyuka) hamwe n'iteketeke ari co kijumbu. Aho gitandukaniye n'ikirayi, ikijumbu kirarandarara ariko kandi iteke ryaco rirashora cane nk'imyâho kikaba gisosa cane. Ubwoko buzwi ni: gumino, inamukobwa, kijambere, inabusegenya, mvunumuhini, nakaroti, gitwéndêguje.
Injira kugira utore.
0