Gitugutu

Insiguro:

  • 2 months ago By Akanyaburunga

    Iryo zina rikomoka mu rivuga “Gutugutirwa”. Ni Gitugutu gitugutana imvura n’izuba. Ni ukwezi wasanga imvura ari nyinshi n’intuguta.

    Bakwita kandi Gitugutu gituguta imvura n’imituragaro. Ni ukwezi kuri mu gihe c’ici n’imvura, aho haca hashuha rwose maze abantu bagatugutirwa.

    Injira kugira utore.

    0